Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibitaro Roi Khaled vyatanze inomero abafise ibibazo bohamagarako ku (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibitaro Roi Khaled vyatanze inomero abafise ibibazo bohamagarako ku (...)

Ibitaro Roi Khaled vyatanze inomero abafise ibibazo bohamagarako ku buntu

mardi 11 Munyonyo 2014

Ibitaro Roi khaled vyashizeho inomero za terefone zihamagarwa ku buntu, abafise ivyo bashikiriza bakazoshobora guhamagara, bashikiriza ivyo babona kitagenda neza, canke bitura ivyo bitaro ku bibazo bazoba bafise.

Ibitaro vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kamenge vyashizeho inomero zo guhamagara ku buntu "Numero vert". Iyo nomero zizohora zihamagarwako ku buntu n’abo bose bazoba babonye ibitagenda neza bashaka gushikiriza, canke n’ikindi icarico cose bazoba bashaka gushikiriza. Izo nomero akaba ari 77316500, 77316501, 77316502.

Umuyobozi mukuru w’ibitaro Roi Khaled, Pontien Ndabashinze, akamenyesha ko bashizeho izo nomero zo guhamagara ku buntu mu ntumbero yo guteza imbere ibikorwa bisanzwe bikorerwa kuri ivyo bitaro Roi Khaled, mu bisata bitandukanye.


Floxella Karire

Messages

  • Barasubirako igisata ca maternite hamwe nabwgikorwmwo kuko birateye isoni ukuntubitwara nukntu bakira bakira abavyeyi.mbe abo bagore bakorayo bobo ntibavyara nkabandi.burya ikidahura nimisozi kandi twese turakeneraniye mube mureka kgirq nkunzu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.