Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburyo bwiza bwo kurwanya cancer ni ukuyikingira - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Uburyo bwiza bwo kurwanya cancer ni ukuyikingira

Uburyo bwiza bwo kurwanya cancer ni ukuyikingira

mardi 5 Ruhuhuma 2013

Uko umwaka utashe igenekerezo rya 4 Ruhuhuma amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya indwara ya caner. Icivugo c’uyu mwaka akaba ari : «Cancer murayizi ? »

Ngo indwara ya cancer irica abantu bagera ku miliyoni indwi ku mwaka mwisi yose. Icigaragaza nuko no mu Burundi iyo ndwara imaze guhitana abantu batari bake.

Ni muri iyo ntumbero umushikiranganji w’amagara y’abanyu no kurwanya ikiza ruhonyanganda sida,muganga Sabina Ntakarutimana yasavye umuntu wese kwikingira iyo ndwara ngo kuko uburyo bwiza bwo kurwanya indwara ya cancer ni ukuyikingira.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.