Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kim Kardashian yasohoye ifoto ari gusa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Kim Kardashian yasohoye ifoto ari gusa

Kim Kardashian yasohoye ifoto ari gusa

mercredi 12 Munyonyo 2014

Umunyamuderi Kim Kardashian yabonetse mu kinyamakuru kimwerekana igisusu ari gusa, iyindi foto yasohoye aboneka afise ikirahuriye ku gususu. Akavuga ko yashatse kwereka abantu ko nawe afise ico ashoboye.

Inyuma yaho Kim Kardashian asohoreye iyo foto, yabwiye ikinyamakuru Paper ati:"mba nshaka nereke abantu ivyo ntunze nabo babimenye".

Iyo foto y’uwo munyamuderi akaba n’umugore w’umuririmvyi Kenye West, yafashwe mw’ibanga n’umuhinga mu gufata amafoto avuka mu gihugu c’Ubufaransa Jean-Paul Goude, hari mu kwezi kwa Nyakanga uno mwaka. Iyo yaje ikurikira iyindi uwo muhinga nyene yamufashe ahetse ikirahuri c’inzoga ya Champagne.

Kuri iyo foto, Kim Kardashian yanditse ku murongo wiwe wa Twitter uku:"And they say I didn’t have a talent...try balancing a champagne glass on your ass LOL". bisigura;" ariko baravuga ko ntari umuhinga...nshobora gutereka ikirahuri ku gisusu’’

Umviriza ururirimbo "Jam" rwa Kim Kardashian


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.