Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sabine Ntakarutimana : Ibice 77 kw’ijana vy’ibikorwa vyararanguwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Sabine Ntakarutimana : Ibice 77 kw’ijana vy’ibikorwa vyararanguwe

Sabine Ntakarutimana : Ibice 77 kw’ijana vy’ibikorwa vyararanguwe

lundi 3 Munyonyo 2014

Umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ca SIDA avuga ko agakarata CAM kariko karakoreshwa ku rugero atari rubi mu Burundi.

Muganga Sabina Ntakarutimana amenyesha ko ibice 22 kw’ijana vy’abagore n’abana basanzwe aribo bakoresha ako gakarata, ibice 10 kw’ijana navyo vy’abakozi ba Reta bagakoresha ikarata ya mituelle y’abakozi ba Reta, co kimwe n’abikorera utwabo biyungunganya.

Umushikiranganji akavuga ko ibice 95 kw’ijana vy’abanyagihugu bo mu ntara ya Cankuzo aribo bakoresha agakarata CAM nayo igisagara ca Bujumbura, kikaba kitaritabira uwo mugambi nk’uko umupfasoni Sabina Ntakarutimana abandanya abishikiriza. Abandanya avuga ko ibice bigera kuri 77 kw’ijana vy’ibikorwa vyaranguwe muri aya mezi atatu arangiye.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.