Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuyobozi ajejwe ivy’ imiti mu mafarumasi arahumuriza abanyagihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Umuyobozi ajejwe ivy’ imiti mu mafarumasi arahumuriza abanyagihugu

Umuyobozi ajejwe ivy’ imiti mu mafarumasi arahumuriza abanyagihugu

samedi 5 Nzero 2013

Abanyagihugu basanzwe bagurira imiti mu mazu idandarizwamwo ariyo amafarumasi baridoga ko imiti idandazwa yoba idakwije ibisabwa kugira idandazwe.

Mu gihe rero abanyagihugu bamwe bavuga ko imiti idandazwa mu mafarumasi yoba idakwije ibisabwa,umuyobozi ajejwe ivy’ imiti,amafarumasi n’amaraboratware mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya Sida.
Umushingantahe Emmanuel Bamenyekanye,arahumuriza abanyagihugu aho avuga ko kuva iyo miti ishitse ku kibuga c’indege baca bayisuzuma,ico gikorwa kikaba kibera muri raboratware ya kaminuza y’ubuvuzi INSP.

Imiti idomwako urutoki ikaba ari imiti iva mu gihugu c’UBuhindi,kuri iyo nayo uwo muyobozi amenyeshako imiti ivura indwara nyinshi n’iyivura indwara imwe ku giti cayo yategerezwa kugira ububasha bumwe.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.