‪Ban‬ Ki-Moon yashitse i Bujumbura

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 février 2016 saa 06:06
Yasomwe : 79344
0 0

Umunyamabanga mukuru wa ONU Ban Ki-moon yatanguye urugenzo rw’imisi ibiri i Burundi.
Mu rugendo rwiwe, bitegekanijwe ko Ban Ki-moon azobonana n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Aime Nyamitwe, abanyepolitike batandukanye n’abaserukira amashirahamwe y’ukugarukira ku bari mu ngorane.

Umunyamabanga mukuru wa ONU Ban Ki-moon yatanguye urugenzo rw’imisi ibiri i Burundi.

Mu rugendo rwiwe, bitegekanijwe ko Ban Ki-moon azobonana n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Aime Nyamitwe, abanyepolitike batandukanye n’abaserukira amashirahamwe y’ukugarukira ku bari mu ngorane.


Kumenyekanisha

1
ioz 23-02-2016 à 13:04

Mwese aho mwavugiye, ntamuti w’ugukiza uburundi urimwo reka abarundi twese duhindukirire Imana Niyo ishoboye kumenagura imitima y’ abakomantaza imitima b’inyanka burundi. Twamye tubana neza ata wanka wangura, dusabirana abageni dusabana agacanywa ,mbe harico mwibagira ninde azomara imyaka 100 ????? Tell me reka turondere imana ditegure iherezo ryiza , kuberiki abicana bariko birondera umuriro bazame basha ibihe bidashira ni mwiyumvire jewe biransiga. Reka rero duhitemwo neza God bless you

2
Mukobwajana 23-02-2016 à 09:25

Twizere ko uyu Piter amenya agahugu kacu kagendera kuri les traditionnels bayeurs vouloir ou pas...EU zifise fmi na bank mondiale . ;amerika ..ni cooperation zihagarara burundi tuzopfa n abahutu benshi yizera bazomuvako ngo nta "je t aime inzara igutema amara.."Umunyarwanda yarayamaze..

3
Zoe 23-02-2016 à 06:48

Ibyo byiza byuburundi mubara harimwo nama grenade mwirirwa muratera inzirakarengane mudashaka ?

4
ernest 23-02-2016 à 03:24

Muramujane muri vyabinogo rusangi muhambamwo abo mwagandaguye mumujane nomuri ya makontineri nomubusho buzwi nubutazwi mumwereke Arabe Ayo mwirirwa murakorera benewanyu mumwereke nazanterahamwe hamwe nazambonerakure muraba mwateguye nabo mucagagura amazosi uyumusi kugira mumwereke uburyo mwakaririye incuri mukugandagura benewanyu nayamigumuko ntimuyisige inyuma mube muramuririmbira ingene muzomesa kagame

5
Haringabire David 22-02-2016 à 23:38

Nanyaruke Yihwez Uburundi Bwacu Hanyum adukureko Buyoya Na Kagame Baruswe Ninda Zab Atakindi Kibaraj Ishing atarigushaka Guses amaraso Ya Nkurunziz Umuziranenge.Gutwara Biva Kumana Nibavyumve.Knd Bavyemere.

6
Dismas 22-02-2016 à 21:26

Naze Yirabire Amaso Muyandi Inkuru Wiboneye Isumba Iyo Wumvise Amahoro Aruzuye Muburundi

7
zabulon 22-02-2016 à 21:08

aho bamuhendey zirya ntumva,narabe ingen mu hatekanye ?bamw birirwa baramuhenda hanz,bazoca bamaramara

8
luhongo 22-02-2016 à 20:48

Shika muta wibonere ivyiza imana yaduhaye m uburundi yaduhaye igihugu camata nubuki mutama nkurunziza natwe tuguma twamuza

9
Barutwanayo Pascal 22-02-2016 à 19:50

Naze yirabire ivyiza vy’i Burundi aho bakamuhendeye nimkra !!

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha