Incamake

11 Ruhenshi

Yanditswe na Luc-Noel INGABIRE
Kuya 11 Ruheshi 2018 saa 09:17
1005
0 0

Igenekerezo rya 11 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1913: Muri Norvège, abakenyezi baronka uburenganzira bwogutora mu matora y’abarongora inzego.
1924: Alexandre Millerand, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa ico gihe, aratanga imihoho muri ayo mabanga yiwe.
2012: Bujar Nishani atorwa kuba umuuru w’igihuguca Albaniya.
Uwuzwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri
1908: Francisco Marto, umwungere wo muri Portugal,umwe mu bantu batatu babonekewe na Bikira Mariya mu gisagara c’i (...)

Igenekerezo rya 11 Ruhenshi.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1913: Muri Norvège, abakenyezi baronka uburenganzira bwogutora mu matora y’abarongora inzego.
1924: Alexandre Millerand, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa ico gihe, aratanga imihoho muri ayo mabanga yiwe.

Alexandre Millerand

2012: Bujar Nishani atorwa kuba umuuru w’igihuguca Albaniya.

Uwuzwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri

1908: Francisco Marto, umwungere wo muri Portugal,umwe mu bantu batatu babonekewe na Bikira Mariya mu gisagara c’i Fatima.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1979: John Wayne, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

John Wayne

2001: Timothy McVeigh, umukukuruke wo mu gisoda c’Amarikaya yagiriye ubwicanyi bwabaye i Oklahoma City, leta imwe yo muri Leta Zunzubumwe za Amerika.
2005: Anne-Marie Alonzo, umwanditsi akomoka muri Misiri ariko aba i Quebec afise ubwenegihugu bwo muri Canada.

Anne-Marie Alonzo

Ibihimbazwa

. Argentine: Umunsi mukuru w’ababanyi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha