Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Gitugutu
Itarike 10 Gitugutu
mardi 9 Gitugutu 2018
Igenekerezo rya 10 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1868: Indwano y’imyaka 10 iratangura muri Cuba.
1970: Amazinga ya Fidji aronka intahe yo kwikukira.
Abazwi cane bavutse w’igenekerezo nkiri
1913: Claude Simon, umwanditsi w’umufaransa yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1985.
- Claude Simon
1960: Eric Martin, umuririmvyi akaba n’umucuraranzi w’umunyamerika.
- Eric Martin
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
2005: Milton Obote, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubuganda kuva 1980 gushika 1985.
- Milton Obote
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya igihano co gupfa.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe imagara yo mu mutwe.
INGABIRE Luc-Noël