IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 16 Nyakanga

16 Nyakanga

vendredi 16 Nyakanga 2016

Igenekerezorya 16 Nyakanga

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1907: Havuka ishirahamwe rikaba n’ihinguriro General Motors.

1975: Igihugu ca Nouvelle Guinée kirikukira. Ico gihe cari kicitwa Papouasie-Nouvelle-Guinée.
1978: Muhammad Zia-ul-Haq atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Pakistani.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1387: Henri wa 5, umwami w’Ubwongereza.

1922: Jacques Brener, umwanditsi w’umufaransa.

1925: B.B King, umucuraranzi w’umunyamerika.

1957: Pierre Moscovici, umunyapolitike w’umufaransa.

1968: Marc Anthony, umuririmvyi w’umunyamerika.

1983: Kirsty Coventry, umunonotsi ahiganwa mu gusiganwa mu kwoga, akaba akomoka muri Zimbabwe.

Abazwi cane bitavye Imana kw’igenekerezo nkiri :

1380 : Charles wa 5, umwami w’Ubufaransa.

2007: Robert Jordan, umwanditsi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugukingira igisenge ca Ozone. Uwo munsi ukaba washinzwe kw’igenekerezo rya 19 Kigarama mu mwaka w’1994, inyuma y’amasezerano y’i Montréal. Inama nkuru ya ONU ikaba ariyo yashizeho uwo munsi mpuzamakungu.

Mexique : Umunsi mukuru wo kwibuka intahe yo kwikukira.

Nouvelle Guinée: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwiganzura igihugu ca Autralie.


Luc- Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.