IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 17 Mukakaro

17 Mukakaro

lundi 17 Mukakaro 2017

Igenekerezo rya 17 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1918: Haba igandagurwa ry’umwami w’Uburusiya Nicolas wa 2 hamwe n’umuryango wiwe.

1936: Muri Espagne zirahindura imirisho.

1951: Baudouin wa 1 aba umwami w’ababirigi.

1955: Hugururwa ikkigo ca Disneyland ahitwa Anaheim muri Leta ya Cariforniya.

1979: Umukuru w’igihugu ca Nicaragua, Anastasio Somoza Debayle, aratanga imihoho.

1984: Laurent Fabuis aba umushikiranganji wa mbere w’Ubufaransa.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1887: Jack Conway, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

1917: Christiane Rochefort, umwanditsi w’umufaransa.

1926: Edouard Carpentier, umukinyi wa Catch wo muri Canada ariko yamuka mu Bufaransa.

Abazwi cane bitavyimanakw’igenekerezo nkiri

1912: Herni Poincaré, umuhinga mu biharuro, muri physique akaba numu philosophe w’umufaransa.

1918: Nicolas wa 2, umu tsar (umwami) w’Uburusiya. Akaba yishwe kumwe n’umwamikazi Alexandra hamwe na Olga, Taitiana. Maria, Anastasia na Alexis, abana babo n’incuti z’abo.

1928: Álvaro Obregón, umukuru w’igihugu ca Mexique.

2005: Edward Healh, uwabaye umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza kuva 1970 gushika 1974.

2010: Bernard Giraudeau , umukinyi akaba n’umuwanditsi w’amareresi w’umufaransa.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.