19 Mukakaro

Yanditswe na Luc Noel Ingabire
Kuya 20 juillet 2016 saa 07:09
Yasomwe : 2493
0 0

Igenekerezo rya 19 Mukakaro .
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1553 : Marie Tudor aba umwamikazi w’Ubwongereza.
1979 : Simon Veil atorwa ngo abe umurongozi w’inama nshingamateka ya Buraya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1814 : Samuel Colt, umunshakashatsi w’umunyamerika.
1962 : Campbell Scott, umuhinyanyuzi w’amareresi w’amunyamerika.
1970 : Sinclair, umuririmvyi w’umufaransa.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
514 : Symmaque umu papa.
1947 : Aung San, (...)

1947 : Aung San, umusirikare yapfuye agandaguwe wo muri Birmaniya. Akaba ari se wa Aung San Suu Kyi.

1965 : Syngman Rhee, uwabaye umukuru w’igihugu ca Koreya y’Ubumanuko kuva 1948 gushika 1960.

Ibihimbazwa

. Birimaniya : Umunsi mukuru w’abamaratiri. Aho bibuka igandagurwa rya Aung San kumwe n’abandi bagendanyi biwe batandatu.

. Colombiya : Umunsi mukuru w’intwari z’igihugu nizo imiryango.

. Nicaragua : Umunsi mukuru w’ibohorwa ry’igihugu.

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha