IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 2 Rusama

2 Rusama

mardi 2 Rusama 2017

Igenekerezo rya 2 Rusama

Ibikurubikuru vyaranze iyi tariki

Uwuzwi cane yavutse kw’igenekerezo nkiri

1975 : David Beckham, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umwongereza.

JPEG - 19.1 ko

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezi nkiri

1519: Léonard de Vinci, umuhinga w’umutariyano.

1857 : Alfred de Musset,umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 16.1 ko

2011 : Oussama Ben Laden, uwahoze arongoye umurwi w’iterabwoba Al-Qaida.

Ibihimbazwa

Indonésie : Umunsi mukuru wahariwe inyigisho.

Iran : Umunsimukuru wahariwe abigisha.

Pologne : Umunsi wahariwe ibendera rya Pologne.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.