IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 21 Mukakaro

21 Mukakaro

mardi 21 Mukakaro 2015

Igenekerezo rya 21 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

356, imbere y’ivuka rya Y-K: Ingoro ya Artémis i Éphèse iraturirwa.

1831: Léopold wa 1 wo mu Bubirigi arimikwa kuba umwami.

1906: Alfred Dreyfus asubizwa mu gisirikare kwi pete rya Capitaine.

1954: Haba amasezerano y’i Genève ahagarika intambara ya Indochine.

1969: Niel Amstrong agira itera intambe ya mbere ku Kwezi isaha munani n’iminota 56 kwi saha mpuza makungu.

2008: Radovan Karadzic arahagarikwa.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1414: Sixte wa 4, umu papa.

1620: Jean Picard, umuhinga muvyo inyanyeri w’umufaransa.

1816: Paul Julius Reuter, umumenyeshamakuru w’umwaongereza ario yamuka mu Budagi. Yatanuje itororokanirizo ry’amakuru ryitwa Reuters.

1899: Ernest Hemingway, umwanditsi akaba n’umumenyeshamakuru w’umunyamerika.

1911: Marshall McLuhan, umwigisha, akaba umu philosophe n’umuhinga muvyimibereho y’abantu akomoka muri Canada.

1944: John Atta Mills, uwabaye mumukuru w’igihugu ca Ghana.

1956: Michael Connelly, umwanditsi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Mu Bubirigi: Umunsi mukuru w’igihugu. Hibukwa ukwimikwa kw’umwami w’ababirigi Léopold wa 1. Yimitswe mu 1831.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.