26 Rusama

Yanditswe na Ingabire Luc Noel
Kuya 26 mai 2017 saa 08:51
Yasomwe : 1863
0 0

Igenekerezo rya 26 Rusama
Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike
1966 : Igihugu ca Guyane kirikukira. 1994 : Imigendaranire hagati ya Leta Zunzubumwe z’Amerika na Vyetenamu isubira gutangura inyuma y’ingwano yabaye hagati yivyo bihugu mu myaka y’1940.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1822 : Edmond de Goncourt, umwanitsi w’umufaransa.ni nawe yatanguje ico bita Académie Goncourt. 1881 : Adolfo de la Huerta, umukuru w’igihugu ca Mexike.
1909 : Adolfo Lopez Mateos, umukuru w’igihugu ca (...)

Igenekerezo rya 26 Rusama

Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike

1966 : Igihugu ca Guyane kirikukira.
1994 : Imigendaranire hagati ya Leta Zunzubumwe z’Amerika na Vyetenamu
isubira gutangura inyuma y’ingwano yabaye hagati yivyo bihugu mu myaka
y’1940.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1822 : Edmond de Goncourt, umwanitsi w’umufaransa.ni nawe yatanguje ico
bita Académie Goncourt.
1881 : Adolfo de la Huerta, umukuru w’igihugu ca Mexike.

Adolfo de la Huerta

1909 : Adolfo Lopez Mateos, umukuru w’igihugu ca Mexike.

Frederik de Danemark

1969 : Frederik de Danemark, umutoranwa w’ubwami bwa Danemark.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

604 : Augistino w’i Contorbery, musenyeri wa mbere w’i Contorbery.
946 : Edmond wa mbere, umwami w’Ubwongereza.
1943 : Edsel Ford, umunyamahinguriro w’umunyamerika.
2005 : Aboubacar Sangoulé Lamazana, uwabaye umukuru w’wigihugu ca Burkina Faso.
2006 : Édouard Michelin, umunyamahinguriro w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Austrarie : Umunsi wo guhariranira. Umunsi watanguye mu 1998 mu
ntumbero yo kwerekana uko ubwoko bw’aba Aborigene hame nandi bitwa aba
Indigènes.
. Danemark : Yubire y’amavuko y’umwana wo munda y’umwami wo muri
Danemark. Uwitwa Frederik wo muri Danemark.
. Ubufaransa : Umunsi wahariwe urukino.
. Guyana : Umunsi mukuru wo kwikukira.

Ikarata y'igihugu ca Guyana

. Pologne : Umunsi mukuru wa nyina wa muntu.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

24 Ruhenshi
24/06/17 - 12:37
21 Ruheshi
21/06/17 - 08:58
16 Ruheshi
16/06/17 - 09:39
14 Ruheshi
14/06/17 - 09:07
13 Ruhenshi
12/06/17 - 12:25
10 Ruheshi
09/06/17 - 06:49
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha