27 Rusama

Yanditswe na Luc Noel Ingabire
Kuya 27 Rusama 2017 saa 09:01
Yasomwe : 459
0 0

Igenekerezo rya 27 Rusama.
Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike
1703: Ivuka ry’igisagara ca Saint-Pétrsbourg:
1955 : Buba ubwa mbere indege yo mubwoko bwa Caravelle iguruka. Yagurutse iva ahitwa Blagnac.
1974: Jacques Chirac ashingwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubufaransa.
Abazwi cana bavutse kw’igenekerezo nkiri
1794 : Cornelius Vanderbit, umurwizatunga w’umunyamerika yakorera muvyamayira y’indarayi.
1820 : Mathilde Bonaparte, umwe mubamikazi babafaransa bakomoka mu muryango wa (...)

Igenekerezo rya 27 Rusama.

Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike

1703: Ivuka ry’igisagara ca Saint-Pétrsbourg:

1955 : Buba ubwa mbere indege yo mubwoko bwa Caravelle iguruka.
Yagurutse iva ahitwa Blagnac.

1974: Jacques Chirac ashingwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubufaransa.

Abazwi cana bavutse kw’igenekerezo nkiri

1794 : Cornelius Vanderbit, umurwizatunga w’umunyamerika yakorera
muvyamayira y’indarayi.

1820 : Mathilde Bonaparte, umwe mubamikazi babafaransa bakomoka mu
muryango wa Napoléon.

1894: Louis-Ferdinand Céline, umwanditsi w’umufaransa.

1987 : Gervinho, umukiyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Cote d’Ivoire.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1564 : Jean Calvin, umufaransa yahimiriza ihinduka mmuvyo ukwemera.

1610 : François Ravaillac, umuyobe yishe umwami w’Ubufaransa.

1797 : Gracchus Babeuf, umunyapolitile w’umufaransa.

1964: Jawaharlal Nehru, umunyapolitike w’umuhindi.

1967: Paul Henckels, umukinyi w’amareresi w’umudagi.

2011 : Jeff Conaway, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Boliviya : Umunsi mukuru wa nyina wa muntu.

. Guadeloupe, Saint Barthélemy, Saint-Martin: Umunsi mukuru wo kwibuka
ikurwaho ry’ubuja.

.Nigeriya : Umunsi mukuru wahariwe abana.

. Peru : Umunsi wahariwe ururimi rwiki indojene.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha