3 Mukakaro

Yanditswe na Luc-Noel INGABIRE
Kuya 4 Mukakaro 2016 saa 08:00
Yasomwe : 2880
0 0

Igenekerezo rya 3 Mukakaro.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1880: Hasohoka inimero yyambere y’ikinyamakuru “Science” catangujwe na Thomas Edison. 1886: Hapimwa imodoka ya mbere yo mubwoko bwa Benz Patent Motorwagen yakozwe n’uwitwa Carl Benz.
1905: Hatorwa itegeko mu Bufaransa ritandukanya ivyintwaro hamwe n’ivyishengero. 1962: Umukuru w’igihugu c’Ubufaransa Charles de Gaulle yemera ukwikukira kwa Algeriya. 1976: Adolfo Suárez aba umukuru w’igihugu ca Espagne agira 4. 1996: Boris (...)

Igenekerezo rya 3 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1880: Hasohoka inimero yyambere y’ikinyamakuru “Science” catangujwe na Thomas Edison.
1886: Hapimwa imodoka ya mbere yo mubwoko bwa Benz Patent Motorwagen yakozwe n’uwitwa Carl Benz.

1905: Hatorwa itegeko mu Bufaransa ritandukanya ivyintwaro hamwe n’ivyishengero.
1962: Umukuru w’igihugu c’Ubufaransa Charles de Gaulle yemera ukwikukira kwa Algeriya.
1976: Adolfo Suárez aba umukuru w’igihugu ca Espagne agira 4.
1996: Boris Eltsine aratorwa ubwa kabiri ngo arongore igihugu c’Uburusiya.

JPEG - 47.3 ko
Boris Eltsine

2005: Muri Espagne harekurwa n’amategeko ukugiraubugeni ku basaniye ibitsina.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1423: Louis wa 11, umwami w’Ubufaransa.
1951: Jean-Claude Duvalier, umunyapolitike wo muri Haïti yabaye ndetse umukuru wico igihugu.

JPEG - 32.3 ko
Jean-Claude Duvalier

1962: Tom Cruise, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 25.8 ko
Tom Cruise

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1642: Marie de Médicis, umwamikazi w’Ubufaransa, umupfakazi wa Henri wa 4 akaba na nyina wa Louis wa 13.
1935: André Citroën, umuhinga mugukora imiduga akomoka mu Bufaransa.

JPEG - 11.3 ko
André Citroën

1969: Brian Jones, umunyamuziki w’umwongereza. Avuza igitari mu murwi The Rolling Stones.
2007: Claude Pompidou, umupfakazi wa Georges Pompidou.

JPEG - 57.3 ko
Claude Pompidou

Ibihimbazwa
. Biélarussie ; Umunsi mukuru wo kwibuka inahe yo kwikukira.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha