30 Ruheshi

Yanditswe na Luc- Noel Ingabire
Kuya 30 juin 2016 saa 09:11
Yasomwe : 3150
0 0

Igenekerezo rya 30 Ruheshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1960 : Umwami w’Ububirigi Baudouin, umukuru w’igihugu ca Kongo Kinshasa hamwe n ;umushikiranganji wambere Patrice Lumumba bahimbaza umunsi w’intahe y’ukwikukira mu gisagara ca Léopordville.
1643 : Jean Baptiste Poquelin azwi cane kw’izina rya Molière atanguza ictwa “Illustre Théâtre”.
1973 : Haba ubwirakabiri burebure gusumba ubundi bwose bwo muri ico kinjana ca 20. Bwamaze iminota 7 n’amasegonde 4.
1997 : Mu Bwongereza, (...)

1997 : Mu Bwongereza, hasohoka igice kimwe c’urukurikirane rw’ibitabo « Aventures d’Harry Potter » : Harry Potterà l’école des sorciers.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1470 : Charles w’8, umwami w’Ubufaransa.

1884 : Georges Duhamel, umwanditsi w’umufaransa.

1913 : Alfonso López Michelsen, umukuru w’igihugu ca Colombie kuva mu 1974 gushika 1978.

1932 : Mongo Béti, umwanditsi akomoka muri Cameroun.

1936 : Assia Djebar, umwanditsi akomoka muri Algérie yashoboye kuja muri Académie y’ururimi rw’igifaransa.

1975 : Ralf Schumacher, umudereva w’imiduga yo mu mahiganwa yo kwiruka n’imiduga bita Formule 1.

1985 : Michael Phelps, umunonotsi w’umunyamerika yiruka mu kwoga mu mazi.

Ibihimbazwa

. Chili : Umunsi wahariwe abazimyamuriro babitangirabuntu(volontaires).

. Guatemala : Umunsi waharirwe igisirikare.

. RDC : Umunsi mukuru wo kwikukira. Hibukwa imyaka 53 ico gihugu cikukiye.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

28 Rusama
28/05/17 - 07:51
27 Rusama
27/05/17 - 09:01
26 Rusama
26/05/17 - 08:51
Itarike 24 Rusama
24/05/17 - 09:24
23 Rusama
23/05/17 - 09:46
22 Rusama
22/05/17 - 08:58
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha