Accueil > Amakuru > Poritike > Abagize urwego nshingwantwaro muri CNARED bahejeje ikiringo (...)
Abagize urwego nshingwantwaro muri CNARED bahejeje ikiringo cabo
mercredi 25 Nzero 2017, par
Urwego nshingwantwaro mu runani rw’imigambwe itavuga rumwe na Reta (CNARED) rwarangije ikiringo carwo kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 25 Nzero 2017. Mu mezi icenda bari bamaze barangura imirimo biyemeje, bavuga ko bashitse ku bitari bike muvyo bari biyemeje, naho hari aho bavuga batashoboye gushika.
Anicet NIYONKURU, umunyamabanga nshingwabikorwa mu runani CNARED avuga ko batashoboye gushika ku ntumbero nyamukuru bari biyemeje, akavuga ko bari biteze ko ico kiringo kizorangira bahejeje kwumvikana na Reta y’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ivyo bikaba bitashitsweko, kuko abagize Reta y’Uburundi batigeze berekana ishaka ry’ugushaka ibiganiro, nk’uko bivugwa na NIYONKURU Anicet.
Muvyo mu runani CNARED baranguye, bavuga ko bashoboye kumenyesha amakungu ibiriko biraba mu Burundi, gushikiriza amakungu ingene ibintu vyogenda kugira amahoro agaruke mu Burundi, hamwe n’ugushiraho abaserukira CNARED mu bihugu birenga cumi.
- Anicet NIYONKURU, umunyamabanga nshingwabikorwa mu runani CNARED
Uwo munyamabanga nshingwabikorwa mu runani CNARED avuga ko bitabaye ivyoroshe gushira hamwe imigambwe irenga 20 iri muri CNARED, mu bijanye n’ugutunganya amanama, hsmwe n’uguhuriza ku ntumbero z’urwo runani.
N’aho hari aho urwo runani rutagiye rurahuza mu ngingo zafatwa, Anicet NIYONKURU yizeza ko urunani CNARED rukiriho kandi ko bakorera mu bumwe.
Umurwi nshingwabikorwa uwuzotorwa ugasabwa kuzokora ibishoboka vyose mu kubandanya intumbero y’uko abanyeporitike bahunze igihugu botaha, ibiganiro vy’amahoro bikabandanya, n’ubugizi bwa nabi bugahagarara.
IGIHE
Messages
25 Nzero 2017, 09:46, par MAHORO
TUBASABE, BAHUTU MURI MURICO KINTU CNARED VEMWO REKA GUHENDWA NABO BATUTSI, REKA KUGOMBA GUSUBIRA GUHA IBIBANZA ABATUTSI. HA YEMW, TURAKEJE ABAHUTU BABONYE KWARINZIRAMBI BAKABIZIBUKIRA
25 Nzero 2017, 10:54, par nduwayezu
Mukabona 2018 iheze ataco mushitseko ,muzoce muheba kuko natwe bato bato twaratimvye. Nous nous sommes résignés kuko tugenda tuvugira mu ntamatama gusa.
25 Nzero 2017, 11:39, par SUGURU SEBASTIEN
NONE UGWO RUNANI BAZOCA BARUHEBA? CANKE BAZOTORA ABANDI?TURINDIRE -
25 Nzero 2017, 12:03, par Kanyarwanda
CNAREC(Coalition National des Abatutsi pro Rwandais pour Endeuiller le Communaute’s Bantu)
25 Nzero 2017, 12:03, par kanyamuneza mathias mubiri
Ntakundi
25 Nzero 2017, 14:14, par Anna Munezero
We wiyita Mahoro urunyamacakubiri ntavyawe!Bwira abatutsi nabo bari muri CNDD_FDD baveyo none!Urumuja , uri gateranya sha!Nta liberité ikibaho kubwanyu?
25 Nzero 2017, 14:17, par nduwayezu
Erega SUGURU nawe, akanse uraheba. Naho baca umugani ngo "hakuba imbwa woba imva" Jewe imva ndayitinya noba imbwa. Imana niyo izohindura ibintu kuko ntawopfa les nerfs ziri tendus durant une longue période ngo nuguharanira iki na kiriya.
25 Nzero 2017, 17:14, par kaka
@kanyarwanda, gatindi ihangane ubyakire niba aruko ubifata.
25 Nzero 2017, 17:51, par EU
Turabashimira cane cane ko ubumwe bwa Bulaya mwabwemeje bikwiye, ashimwokwemeza n’Asia , America,nAfrica , vyobarivyiza cane cane Africa kuko nubundi ikenye ntaco twozokora Nkurunziza agikunzwe n’Africa kurugero tubona uyumusi nkubu igihugu conuri Africa gishigikiye SNARED kiracari kimwe gusa, (urwanda) mucamubona kotukiri kurecane.
25 Nzero 2017, 19:25, par Nema
Mama Cenard Vyakukuye Kabisa Naho Widadira !
25 Nzero 2017, 21:16, par kayuki
sinahedi;murambabaje;kimwegusa muriko umuvumo!amavuta namata ntibivangana;urwamfu nuburo ntibikurana;ahombwiye umuhutu arimwo;ntaciza muzokora umututsi azoshima gusumba icoNdadaye yakoze;bamusizehe?kanure burakeye!
26 Nzero 2017, 01:15, par Ntakirutimana AL Joel
Ntanguye gushimira abari bagize urwego nshingwatwaro rwa CNARED kuntabwe mwagezeko, nubwo bimwe bimwe bitari bwaje muburyo, abakera nibo bayamaze ngo ntabitunganira rimwe. Abazobasubirira, twobasaba yuko bokwongereza inguvu cane kugira ibitarangutse mwayo mezi cenda, bizoshobore gushika kuntabwe ishimishije. Mukomere kwibanga mwishinze ryo guhabuza agateka kamuntu, nokurwanira ibwirizwa shingiro abasi ,Buburundi bagomba kuzohamba mukuzimu ngo ntirizosubire kwibukwa ngahamuburundi. Ni harambe UBURUNDI NA CNARED ******
***************@@@@@@@@@@@@@@.
26 Nzero 2017, 21:47, par mututsi jean
Ahukuza tugategura amatora erega hageze!!! Aboba dd ntabo tuzoshobora kuko baragunduye vyise ingene vyakorwa kuva 72 .none duteketeze badutware kuko no muntanbara vyanse.amashirahamwe twakuramwo amahera bashizeho amategeko afukomesha.turagoweeeee
29 Nzero 2017, 01:47, par Folmand
Erega barundi bumutima ndazi muca mwiyumva, CNARD ntikikiri ikibazo kuko ntaco yishe, ikibazo gito abarundi dusigaranye ni Union Europeenne kuko uravye ibi vyegeranyo vyibinyoma basohora bacishije kubakobwa babo nka Human Right Watch bagaca bagaruka bagafata ingingo nkahamwe umengo hariho itandukaniro hagati rinini nayubundi bategurira umugambi hamwe hanyuma bakunganirana.
2 Ndamukiza 2017, 18:39, par sayido
Muri abagabo ababanka babandureko komera imbwa n’injavyi muzireke