IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abandi bayoboke ba RWASA bafashwe bagirizwa kwigisha gutora (...)

Abandi bayoboke ba RWASA bafashwe bagirizwa kwigisha gutora "OYA"

jeudi 26 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Imiryango y’abo bigisha imenyesha ko abo bafashwe bariko basangira urukanwa ahitwa ku Mukenke, iyo miryango igatangazwa n’uko bagirizwa ko bari mu nama y’ukwigisha gutora "OYA".

Abo bigisha icumi biyongereye ku bandi babiri bo kw’ishure shingiro rya Kiryama muri komine Songa, intara ya Bururi, nabo nyene bafashwe n’igiporisi bagirizwa ko bakoresha amanama mw’ijoro, mu kinyegero, bategura kuzokwigisha gutora "OYA" mu matora y’ibwirizwa shingiro yimirije.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.