Abantu 10 bagize umurwi w’ishirwaho ry’abakomiseri ba CVR bashizweho

Yanditswe na IGIHE
Kuya 14 November 2018 saa 09:11
13395
0 0

Abantu 10 bagize umurwi ujejwe ishirwaho ry’abakomiseri 13 bo mu murwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR washizweho n’inama nshingamateka hamwe n’inama nkenguzamateka aho urongowe n’umukuru wayo,icegera c’umukuru w’uyo murwi hamwe n’umunyamabanga.

Umukuru w’uyo murwi n’uwitwa Reverien NZIGAMASABO,Martin NITERETSE akaba icegera ciwe naho uwitwa Gloriose Nimenya akaba umunyamabanga wabo.

Abandi 7 bari mu bagize uyo murwi ni Claver COYITUNGIYE ,Anesie MFATIYIMANA,Odette HABONIMANA,Vincent SUKUNOBA,Jean Bosco Muhungu,Gerard NGABONZIZA hamwe na Asha Khalfan.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha