Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abanyororo barenga 2000 bagiye kurekurwa mu kigongwe c’umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abanyororo barenga 2000 bagiye kurekurwa mu kigongwe c’umukuru (...)

Abanyororo barenga 2000 bagiye kurekurwa mu kigongwe c’umukuru w’igihugu

dimanche 31 décembre 2017

Mw’ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru w’umwaka mushasha,kur’uyu wa 31 Kigarama 2017, umukuru w’igihugu amenyesha ko abagiriwe ikigongwe ari abakatiwe gupfungwa imyaka itarenga itanu, Abakenyezi bibungenze n’abonsa.

Muri iryo jambo kandi, umukuru w’igihugu avuga ko abandi bagiriwe ikigongwe ari, Abakenyezi bibungenze n’abonsa, abagendana ubumuga bugaragara, abamaze mu mvuto ica kabiri c’ikiringo bakatiwe, n’abandi ; bose hisunzwe uburemere bw’ivyaha bagirizwa n’inyifato yabo mu mabohero barimwo.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA amenyesha ko ico kigongwe agitanze, mu ntumbero yo gusasagaza amahoro, iteka n’itekane mu gihugu, yisunze ingingo y’113 y’Ibwirizwa Shingiro ry
Uburundi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.