Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abashaka kwinjira muri kaminuza ya gisirikare ISCAM bakoze ikibazo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abashaka kwinjira muri kaminuza ya gisirikare ISCAM bakoze ikibazo

Abashaka kwinjira muri kaminuza ya gisirikare ISCAM bakoze ikibazo

samedi 26 mai 2018

Abo biyandikishije kugira binjizwe mu gisirikare ku rwego rw’intwazangabo baciye mw’ishure kaminuza rya gisirikare ISCAM bakora ibibazo vy’ibiharuro, igifaransa n’icongereza.

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umuyobozi wa ISCAM, Colonel Gaspard BARATUZA ,amenyesha ko abakoreye mu gisagara ca Bujumbura ata n’umwe yacerewe, kandi abari bitezwe bose bakoze ikibazo.

Colonel Gaspard BARATUZA avuga ko abakoze ikibazo bashimye ko cakozwe mu muco, kandi ko biteguye gukorera igihugu.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Gukorikibazo Nivyiza !Muga Babe Arabazokurigihugu Mungorane Zose Zogishikira Kandi Bakore Bibuka Korukamvye Bazofata Ibikoresho Bakarwanira Igihugu Rero Sukuzicara Gusa Bandika Ariko Bitegurire Kuzorwana Kuko Akarinyuma Karahinda.Ntibibaze Ngobagiye Kuronkubuzima Gusa Kuko Ivyubu Udafuye Urakira Rero Bumveko Bahisemwo.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.