Ubushikiranganji bw’indero buvuga ko hagiye kujaho ubuhinga bwo guteza imbere ico gisata

Yanditswe na IGIHE
Kuya 26 September 2018 saa 11:41
16425
0 0

Umushikiranganji w’indero Janviere NDIRAHISHA amenyeshako hagiye kujaho ubuhinga kugira amahangiro ubushikiranganji arongoye bwihaye ashirwe mu ngiro kandi vyongere bifashe guteza imbere ibisata bitandukanye mu bijanye n’indero.

Ivyo yabivugiye mu nama yo guhanahana ivyiyumviro yatunganijwe n’ubushikiranganji bw’indero mu ntumbero yo kwihweza ingorane ziri murubwo bushikiranganji hamwe no kuraba uko zotorerwa umuti .

Iyo nama yitabwe n’abayobozi b’indero ku rwego rw’amakomine hamwe n’abayobozi b’indero ku rwego rw’intara.


Kumenyekanisha

1
IRANZI EMMANUEL 9-10-2018 à 12:20

ndasaba mumbarize umushikiranganji ajejwe indero, impamvu tutararonka diplome za bachelor kuva 2016 muri December gushika nabugingo ubu, ntitumenya nimvo yabitumye.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha