IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Umusi ikibazo co kwinjira mu mashure y’akarorero kizokorerwako (...)

Umusi ikibazo co kwinjira mu mashure y’akarorero kizokorerwako wamenyekanye

Monday 20 August 2018, by vianney

Mw’itangazo umushikiranganji w’indero,inyigisho z’ubuhinga hamwe n’imyuga yashize ahabona , Janviere NDIRAHISHA amenyeshako abanyeshure bari k’urutonde rw’abazokora ico kibazo bategerezwa kwibangikanya kuruyo musi w’ikibazo urupapuro rw’amanota baronse mw’ishure ruriko ikidodo c’ishure n’umukono w’umuyobozi waryo ,ikaramu hamwe n’agacamurongo.

Janviere NDIRAHISHA aheraheza avuga ko abo banyeshure bategerezwa kuzokwambara umwambaro w’ishure kandi bimosheje imishatsi.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Burya abanyeshure batarashika mu mwaka w’indwi baratoye mu matora aheruka? Mbe itegeko ryo gusubiramwo ca kibazo ca Leta cibwa (gushika n’aho abategetsi bo muri ubwo bushikiranganji binjira icese gukorana n’abanyeshure) rizosohaka ryari? Ubwo bushikiranganji burakwiye kugirirwa isuku kuko bwaracafuye birengeje.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.