IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abasubiramwo ikibazo ca Reta (Exetat) batiyandikishije ntibakora

Abasubiramwo ikibazo ca Reta (Exetat) batiyandikishije ntibakora

lundi 7 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’indero Juma Edouard amenyesha ko ico kibazo kiza gukorwa n’abanyeshure bashika ibihumbi 55 mu bibanza 63, harimwo n’ikibanza kimwe c’i Nairobi, ku mugwa mukuru w’igihugu ca Kenya.

JPEG - 49.9 ko
Juma Edouard, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’amashure

Mwomenya ko ico kibazo gitangura gukorwa kuri uno wa mbere igenekerezo rya 7 Myandagaro 2017 kikazorangira ku musi wa kane igenekerezo rya 10 Myandangaro 2017.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.