Home > Amakuru > CECAD yatanze intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020
CECAD yatanze intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020
Friday 31 August 2018, by
General de Brigade Audace NDUWUMUNSI yaserukiye abanywanyi ba CECAD yamenyesheje ko iyo ntererano itanzwe n’abanywanyi ba CECAD benshi muribo bagize n’abasirikare ari mu ntumbero yo kwerekana ko bashigikiye ishaka ryo kwitunganiriza amatora meza yo mu mwaka wa 2020.
Audace NDUWUMUNSI yavuze ko biciye muriyo ntererano,abanywanyi ba CECAD bemeje yuko bazobandanya gukingira intahe yo kwikukira kandi bipfuza ko amatora ya 2020 yoba meza kandi atuje.
IGIHE
Forum posts
9 September 2018, 13:16, by PDLO
KOMERE BATAMA UBURUNDI NUBWIWACU
11 September 2018, 18:58, by MUBANO,REVERIYE
ARIKO,UBURUNDI,NABWONYEBWARAGOWE,UBUNTAMAHO,JEWEMBONA,ARISAWA,ABONABAHIGIRA,INDAZABO,
11 September 2018, 22:11, by pacifique nzigamiyimana
emw abasirikar Babarund Baremej,amakung,arorera.