Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora mu ntara 12 vyamenyekanye

Yanditswe na IGIHE
Kuya 18 mai 2018 saa 01:14
48840
0 0

Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyamaze kumenyekana.

Muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro vyerekana ko Ego yatowe ku bice birenga 60 kw’ijana, uretse intara ya Bururi n’igisagara ca Bujumbura, Ego yatowe ku bice biri hejuru gato ya 50 kw’ijana.

Muri rusangi, muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro bimeze uku :

Muramvya Ego : 78,5% , Oya : 13,78%
Kirundo Ego : 83,1% , Oya : 11,2 %
Mwaro Ego : 61,66% , Oya : a eu 27,78%
Rumonge Ego : 68,95% , Oya : 22,5%
Bubanza : Ego : 81,6% , Oya : 12,5%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,9 % , Oya : 44,4%
Bujumbura province : Ego : 75,7% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:52, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,7%, Oya : 9,45%
Ngozi : Ego:83,3%, Oya : 11,3%
Makamba : Ego : 66,6%, Oya:25,7%

Ivyavuye mu ntara 6 zisigaye, tubandanya tubibaronderera.


Kumenyekanisha

1
mayugi 21-05-2018 à 17:06

Ndashima ko hari abashoboye kuvyiyamiriza batantinya ryaterabwoba rya ba DD.

2
MUNYANEZA DIEUDONE NORBERT 19-05-2018 à 22:26

Ego turemeye ivyavuye mumatora. y’ibwirizwashingiro rihinyanyuye.

3
True 19-05-2018 à 19:59

Barundi !Sangwamahoro Ubumwe Iterambere"biragaragara Neza Ko /Ego/ Yatsinze .

4
ni bere ego yaratsinze 19-05-2018 à 11:18

ni bemere ego yaratsinze

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha