Umwigeme NIKUZE Annie Bernice yatowe nka "Miss Burundi 2017"

Yanditswe na Cherif Nkenshimana
Kuya 22 Mukakaro 2017 saa 07:19
Yasomwe : 64935
0 0

Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge kurusha abandi "Miss Burundi2017" yamenyekanye. Ni NIKUZE Annie Bernice w’imyaka 21, yaserukiye intara ya Ruyigi. Niwe yatowe kuri uwu wa gatandatu, mu gice ca nyuma c’ihiganwa.

JPEG - 118.6 ko
Umwigeme NIKUZE Annie Bernice yatowe nka "Miss Burundi 2017"

Akimana Arlette wo mu ntara ya Karusi abaye icegera ca mbere

JPEG - 128.7 ko
Akimana Arlette wo mu ntara ya Karusi abaye icegera ca mbere

Gateka Monia aserukira intara ya Cankuzo niwe cegera ca kabiri

JPEG - 114 ko
Miss Luce-Charlène Mugisha, yatorewe kuba Miss Popularité 2017.

Kumenyekanisha

1
Josue nzoyikorera 18-08-2017 à 09:25

Nibagre abamiss babahungu nabo natwe tudomine.

2
Niyonzima Gaspari 23-07-2017 à 05:26

nivyikuba Ruyigi Nakaruzi Nacankuzo Hashobora Ktvamwo Abigemebeza Dushimiye Abatoye Nibabatarenganije Cankengobahengame Mukoze

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha