Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 NDACAYISABA Edith Modeste : Igisata c’uburimyi cotezwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 NDACAYISABA Edith Modeste : Igisata c’uburimyi cotezwa (...)

Miss 2017 NDACAYISABA Edith Modeste : Igisata c’uburimyi cotezwa imbere

vendredi 21 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Avuga ko icatumye aja mw’ihiganwa rya Miss Burundi ari uko yabonye ko ari akaryo keza ko guserukira igihugu c’Uburundi. Arongera kandi akavuga ko Miss Burundi ari ihiganwa rishira ahabona akaranga n’imico y’igihugu.

Umugambi avuga ko afise, ni uw’uguteza imbere igisata c’uburimyi kigizwe n’ibice 90 vy’abarundi babeshejweho n’uburimyi.

Mu gutora NDACAYISABA Edith Modeste wandika Miss Kayanza, ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.