Bimwe muvyizwe muriyo nama nuko basanze igisata c’ubutare kiriko kiraguka mu gihugu,gusaba ko ibigo OBR,OBM hamwe n’ibanki nkuru y’igihugu BRB vyokarana neza hamwe nuko ibibazo biri murico gisata vyokwirwa kimwe kimwe ukwaco.
Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Joseph BUTORE yamenyesheje ko murico gisata ibibazo bihari ariko igikwiye aruko kimwe kimwe cokwicarirwa mu ntumbero yo kubitorera inyishu.




Reta nirabe yugurure ubutare kuk abanyagihugu inzara yaturembeje. cank idushakire ubundi buzi twakora, ubukene nukugara akaz twobibamwo gute?