Accueil > Amakuru > Amashuri > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
vendredi 26 Rusama 2017, par
- Urugendo rw’umukuru w’igihugu c’Uburundi kw’ishure ry’akarorero ryitiriwe Umweranda Mariko ryo mu Ngagara. Petero NKURUNZIZA yakeje abanyeshure ku mwete berekana mu vyigwa, ashimira n’abarezi ku bumenyi bafise

IGIHE