IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Igiporisi nticemeza ifatwa ry’umukuru w’umugambwe RANAC

Igiporisi nticemeza ifatwa ry’umukuru w’umugambwe RANAC

mardi 27 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru na Georges NIKIZA avuga ko Aloys BARICAKO yafashwe mu gihe yari agiye gushingura inakuru yitavye Imana i Karusi. Mu mugambwe RANAC bamenyesha ko batazi icatumye uwo mukuru w’umugambwe afatwa.

Mu giporisi c’Uburundi bashikiriza ko Aloys BARICAKO atigeze afatwa canke aburirwa irengero.

JPEG - 107.3 ko
Aloys BARICAKO, umukuru w’umugambwe RANAC

Nk’uko biri mu butumwa bwaciye ku muhora Twitter w’igiporisi c’Uburundi, bamenyesheje ko Aloys BARICAKO ari ku maziko yabereye muri komine Shombo, intara ya Karusi.

Ntiturashobora kuronka umuryango wa Aloys BARICAKO na Petero KUGIRWA


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.