IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Ikoh yahinduye ivyahora biyiranga

Ikoh yahinduye ivyahora biyiranga

lundi 11 décembre 2017

Inyuma y’imyaka itanu bakoresha icapa (Logo), Haruna yatumenyesheje ko hari hageze ko haboneka bishasha. Arongera akavuga ko bashatse kwerekana ubuhinga bushasha ’Creativite", bafatiye ku gihe bagezeko.

Haruna IKORICIZa avuga ko ikindi catumye bahindura iyo Logo harimwo kwerekana ko mu mugambi ’U’ll Love Changes Vol2" bakoze vyinshi vyiza.

Naho bir’uko, Haruna amenyesha ko iyo Logo nshasha izotangura gukoreshwa mu mwaka w’i 2018.

Tubibutse ko izo mpinduka zije mu gihe hasigaye iminsi mikeyi ngo Ikoh irangize umugambi "U’ll Love Changes Vol2". Mu kurangiza uwo mugambi, hariko hategurwa ibiteramo vy’agakura, bizobera mu ntara za Gitega, Makamba no mu gisagara ca Bujumbura, ku magenekerezo ya 22, 25, na 31 Kigarama umwaka w’i 2017.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.