Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ingingo ibuza kubaga no kurya impene n’intama yahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ikiza > Ingingo ibuza kubaga no kurya impene n’intama yahagaritswe

Ingingo ibuza kubaga no kurya impene n’intama yahagaritswe

Thursday 14 June 2018, by vianney

Mu kiganiro umushikiranganji w’ibidukikije,uburimyi hamwe n’ubworozi yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa gatatu igenekerezo rya 13 Ruheshi 2018,Deo Guide RUREMA yamenyesheje ko ingingo yari yafashwe ibuza kurya ibitungwa vy’impene n’intama ihagaritswe ariko ata gitungwa murivyo cemerewe kuva hanze y’igihugu ngo cinjire mu gihugu.

Hari haciye ikiringo c’amezi 2 hasohotse ingingo ibuza kurya ibitungwa vy’impene n’intama,iyo ngingo yari yafashwe inyuma yaho hibonekeje ingwara y’akaranda yafashe ivyo bitungwa mu ntara za Gitega na Karusi habonwa gutanguzwa urucanco kurivyo bitungwa.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.