Jacques BIGIRIMANA asaba umuhuza gufata umugambwe FNL nk’iyindi migambwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 février 2017 saa 07:46
Yasomwe : 15390
0 0

Umugambwe FNL urongowe na Jacques BIGIRIMANA umenyesha ko umufasha w’umuhuza mu biganiro bihuza abarundi William Benjamin Mkapa hari amakosa yakoze mu gutumira abazokwitaba ibiganiro kw’igenekerezo rya 16 gushika kurya 18 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.
Abicishije mw’ikete yandikiye umuhuza Benjamin Mkapa,kw’igenekerezo rya 11 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017, Jacques BIGIRIMANA amenyesha ko ikosa rya mbere ari uko umuhuza Benjamin Mkapa yatumiye umugambwe FNL AMIZERO kandi mu Burundi hari umugambwe umwe (...)

Umugambwe FNL urongowe na Jacques BIGIRIMANA umenyesha ko umufasha w’umuhuza mu biganiro bihuza abarundi William Benjamin Mkapa hari amakosa yakoze mu gutumira abazokwitaba ibiganiro kw’igenekerezo rya 16 gushika kurya 18 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.

Abicishije mw’ikete yandikiye umuhuza Benjamin Mkapa,kw’igenekerezo rya 11 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017, Jacques BIGIRIMANA amenyesha ko ikosa rya mbere ari uko umuhuza Benjamin Mkapa yatumiye umugambwe FNL AMIZERO kandi mu Burundi hari umugambwe umwe wenyene witwa FNL uzwi n’amategeko.

Muri iryo kete, Jacques BIGIRIMANA avuga kandi ko umugambwe FNL warungikiwe ubutumire bw’umuntu umwe mu gihe iyindi migambwe yarungikiwe ubutumire bw’abantu babiri.

Jacques BIGIRIMANA agasaba umuhuza mu biganiro vy’abarundi Benjamin Mkapa gukosora ayo makosa, kandi umugambwe FNL ugafatwa co kimwe n’iyindi migambwe.


Kumenyekanisha

1
Bwenge 14-02-2017 à 21:05

Uratwengej jak !we ntiwabony ko twakwas !?

2
Gashatsi 13-02-2017 à 21:24

Urata Amaboko Utagira Uwuyaha Rekera Politique Abayizi

3
Iragiryagahuturemy 13-02-2017 à 15:52

Nyakwubahwa J Bihirimana, avuze ukuri kandi ahobukera birakosorwa nkuko abishaka abagogota muvuga ngwaribeshe muzobibona mwibandanirize kumaramara nkuko mubimazemwo igihe kinini.

4
EMMANUEL 13-02-2017 à 13:56

EWE JACQUESBIGRIMANA,URAGOWE NTUMARAMARA WEWE URAFISE UMUGAMBWE, WEWE UFISE ABANAMARIMWE BANGAHE ?,WAGIKORESHOWE. UZICUZA RINDIRA IMANA IGIRA IKUDAHWE UBUNYENE UZIYAHURA WEWE NYENE.KUKO WARAMEJE WARAMEJE.FNL TUZIKO IRONGOWE NANYENICUBAHIRO AGATHON RWASA.NAWE GENDUYERERE.

5
Niyongabo 13-02-2017 à 12:13

Narabe Neza Impamvu Adafatwa Nkabandi.

6
kiy 13-02-2017 à 10:34

jaque we ryamahera yaboba dd nahandi wewe ntakintuzi muri fnl wewe ninkugufata ibuye ukabahutereka ugaheza ukazurivomera k ugira urabekoryoshingimizi kadusazwuziko atabuye rinshigimizi gutumirawewerero ninkogutumwanya kuko ntakintunakiny umaze tweturazi fnl ya nyakubahwa agato rwasa niyo fnl nayowewe jahoyiraramire wirire and Dr gusa arikoharigihe intahe izosubizwa ijambo ndakurahire utatubwiye iyo fnl uwayiguhaye ikiburirwa nicumva icerekwanikibona ahantugirengo ntitukubona

7
whitte 13-02-2017 à 09:59

m bejapue ahowewe urajangahongo urongoye fnl fnl wewe ntayuzinagato wewe urigikoresho caba Dd ntamuntafisubwenge yaranakwiye nukugutumira gutumira wewe ninkuguta umwanya kuko tweturazi fnl is mutama rwasa niwemushingantahe ayiramutsa nayowew genduryamahera yaboba Dd mugasinkubushe harigihe uzoyaruka ikiburirwa nicumva icerekwanikibona harigihe intahe izosubizwa ijambo uzocubwira iyo fnl iwayiguhay ndakurahire nturyenguryame

8
Athanas 13-02-2017 à 09:29

Hhhh ewe jacque ndagutwenze kabisa !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha