IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 : IRAKOZE Ladouce azofasha abakenyezi bahohoterwa

Miss 2017 : IRAKOZE Ladouce azofasha abakenyezi bahohoterwa

mardi 18 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

IRAKOZE Ladouce amenyesha ko mu migambi yiwe azoshira mu ngiro, azogwanya ubwoko bwose bw’ihohoterwa rikorerwa umukenyezi hamwe no gufasha abakenyezi bahuye n’ihohotezwa rifatiwe ku gitsina.

Mu gutora IRAKOZE Ladouce wandika Miss Ngozi, ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart. Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 139.2 ko
IRAKOZE Ladouce w’imyaka 21 aserukira intara ya Ngozi asanzwe ahejeje amashure yisumbuye mu gisata c’indome za none.

Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.