IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 Irakoze Vaniella : Abana bavukiye canke bakuriye mw’ibohero (...)

Miss 2017 Irakoze Vaniella : Abana bavukiye canke bakuriye mw’ibohero bakwiye gutegurirwa kazoza

mercredi 19 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Irakoze Vaniella ashikiriza ko mu migambi yiwe, azogerageza gukura abana bavukiye canke bakuriye mu mabohero kubera abavyeyi babo bapfunzwe bakiri mu nda canke baconka.

Mu migambi yiwe, Irakoze Vaniella yipfuza ko abo bana bova mu mabohero bakaronka imiryango babamwo, kuko umwana akuriye mw’ibohero ata kazoza keza agira.

Mu gutora IRAKOZE Vaniella wandika Miss Muyinga ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 330.4 ko
IRAKOZE Vaniella w’imyaka 21 aserukira intara ya Muyinga

Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.