IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 : MUCO Ariane azofasha kurwanya imbanyi ku bakobwa b’abigeme mu (...)

Miss 2017 : MUCO Ariane azofasha kurwanya imbanyi ku bakobwa b’abigeme mu mashure

mercredi 19 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Muco Ariane amenyesha ko mu migambi azoshira mu ngiro niyatahukana ikibanza muri iri higanwa rya MISS BURUNDI 2017, azogerageza kugwanya imbanyi zitipfujwe ku bigeme bari ku mashure babandanya guhagarika amashure kubera ico kibazo c’ugutwara imbanyi batipfuza. Muco Ariane avuga kandi ko azotegura imigambi y’ukwigisha urwaruka kugira rumenye uko rwokwitwara mu buzima.

Mu gutora MUCO Ariane wandika Miss Mwaro, ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 219.2 ko
Muco Ariane w’imyaka 22 aserukira intaro ya Mwaro

Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.