Miss 2017 NKURIKIYE Kelly : Agaciro ku murundikazi yikorera ivyiwe

Yanditswe na Hughette NKURUNZIZA
Kuya 20 Mukakaro 2017 saa 09:35
Yasomwe : 3465
0 0

NKURIKIYE Kelly w’imyaka 21 aserukira intara ya Cibitoke ni umunyeshure kuri kaminuza “Bujumbura International University”. Avuga ko icatumye aja mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ari kugira ashobore kurangura imigambi yateguye.

Nk’uko abishikiriza, iyo migambi yiwe igizwe n’uguha agaciro umurundikazi akora utugenegene hamwe n’ibikorwa vyiwe.

Mu gutora NKURIKIYE Kelly, wandika Miss Cibitoke ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi

JPEG - 310.4 ko
NKURIKIYE Kelly w’imyaka 21 aserukira intara ya Cibitoke

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha