Rumonge : Abayobozi batandatu b’amashure bakuwe mu kazi

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 29 Nyakanga 2017 saa 09:57
Yasomwe : 44424
0 0

Abayobozi b’amashure batandatu bakuwe mu kazi, bagirizwa ko basaba abanyeshure bajejwe amafaranga y’umurengera.

Mu gihe amafaranga yari azwi atozwa ari ay’ishure (Minerval) hamwe n’amafaranga y’urwubako (Frais de construction), abo bayobozi bakuwe bagirizwa ko basaba abanyeshure amafaranga atazwi, nk’uko bivugwa n’ubushikiranganji bw’indero.

Abo bayobozi bakuwe mu kazi bamenyesha ko ayo mafaranga batoje bari bayumvikanyeko n’abavyeyi b’abanyeshure.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha