IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Sat B bamushengerera ariko arimwesha

Sat B bamushengerera ariko arimwesha

samedi 4 novembre 2017

Biciye kuri video yacishije ku rubuga rwiwe rwa instagram, SatB aboneka ari kumwe na kimyozi aho asanzwe aba. Iyo video nyene ibonekamwo hanze y’urupangu yarimwo hari uruja n’uruza runini rw’abana bayogora cane bahamagara SatB.

Uwo nawe aboneka vyanse ko yihangana aho ahava agahaguruka akaramutsa abo bana maze bakabona gutaha.

SatB yahavuye yandika ubutumwa bukurikira :" Iyo bishitse bagaca muhira bakambona..... Murakoze mwese mubandanya mutwereka ko mudushigikiye
Amaso Ku yandi
Ubwenge kubundi
ibikorwa Ku bindi
".

Irabire aha munsi uko vyagenze.

https://www.facebook.com/karume.aboubakar/videos/923633427803534/?pnref=story


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.