Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Sylvestre NTIBANTUNGANYA yagarutse mu Burundi
Yanditswe taliki ya 12-12-2016 - isaha 11:52' na IGIHE

Sylvestre NTIBANTUNGANYA yahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi, ubu akaba ari umukenguzamateka, yagarutse mu Burundi, inyuma y’umwaka urenga yari amaze ari mu gihugu c’Ububirigi.

Yashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura kuri uwu w’Imana. Yari yavuye mu Burundi mu ntureka zakurikiye imyiyerekano y’ukwiyamiriza ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA.

Ivyiyumviro vyanyu

Urukwavu Iyo Rusubiy Mukibund Rub Rupfuy.Mbe Yibaz Ko Nkurunziz Azomugirir Ikigongw Ngo Aragaruts ?Nzob Ndaraba.

20.12.2016 à 21:04
Mzee 2.

Kaze,kaze,kaze !!

19.12.2016 à 22:16
Matwi

SIRIVSI NDAMUSHIMIYE GUTAHA MUGIHUGU CAMWIBARUTSE NAMBA AZANYWE NOGUFADIKANYA NABARUNDI BUMUTIMA KWUBAKA UBURUNDI NTAWOTERA AGATUGU UMUVYEYIYAMWIBARUTSE NGO ARORANIGWE KANDI UMUVYEYI AKIMUKENEYE HAMAGARA NABANDIBAZE UBURUNDI BURABAKENEYE MUBURUNDI NAMAHORO...

15.12.2016 à 08:46
NYABENDA MANWERI

Mbega mwajanywe nik mugahunga amahor ? ibwa ihunz amahezo nimunzu !!

14.12.2016 à 12:13
omri mbog

Hahaha !!Agarukanywe Niki Se Mama ?Aho Ntaco Yob Yatumw Nababiligi ?Uko Mwagiy Nik Muzogaruka Ntawubahamagaye

14.12.2016 à 10:11
Grâce

NAZE MUKORERE IGIHUGU CACU KAGAME NABO BABIRIGI BARI BMUHENZE

14.12.2016 à 05:44
P.ANTOINE

Abarundi nimuhaguruke twubake igihugu iyonitegerejensanga abimitweyashuhanyebandika ntacubakakirimwo nugucokoranogutukanantanyungunambabavyungukamwo atarukuzurakabojeatarukuzurakaboje, None gayemwe sylivestre kubayagarutsebirabangamiyabantu yatahungambonumengayopfuye hishwe intwarizikoyeniweboretse, akarorero ADORFE uwoharaniragatekakazinamuntu abapfirahobokiriye abapfirahobokiriye uwivye afungwa imyaka(5)uwoninyarucari uwobarikumwe u(1)womenya bivakuki, mujemutubabarira Abarunditwarushe nivyiyumvirovyabamwebamwbitagira icobimazevugikintunkuwugobagukiza ubuzimabwakiramuntu umwansi agwanya igihugu cacu ninde uwutema ugwiwebamutiza umuhoro ukutwimarirako abacunikotuzomarwanatwe, uwicisha, inkota nawenuko kandi twesentawizosimba, tuzopfa, none twiruhitizikitwiruhitiziki, kwatamyaka igihumbitizomara nabonye aboroshenabahambayebacirwa ububasha,uburundi ntabuhanuzitwumvirije, haranirakuvugukuri, murekebitagira intumbero

13.12.2016 à 21:51
Twubake igihugu

None,yarazanye,umugore,nabana,canke,yaje,gusuma,urusaku ?Muratubwire,abohiyo,iBujumbura.nacanecane,igendereza.

13.12.2016 à 19:48
Wibukemba.Sosumo

Ni Vyiza Cane Ndamushimiye Kuko Yavyifashemwo Rugabo Kanatsinda Ni Sebarundi Inararibonye Azi Vyinshi Ku Burund .Nabandi Nabo Nyene Ni Batahe Twubake Igihugu Cacu .Mwibuke Wa Mwana Wicangazi Yirimbuye Agataha Yakiriwe Neza Agarutse.

13.12.2016 à 19:31
Fidele

Erega uwo yaramenyereye guterwa amazirantoke burya niyo akumbuye muga burya ngira yibutse ko yayatewe azira aba dd Bari bahejeje gutikiza inganda ibugenda niko guhitamwo gutaha burya yibazako ico nibacibuka bazo mugirira ikigongwe

13.12.2016 à 07:15
inteko

Mze karibu vyari bibabaje ingene wabaye mubuhungiro ukiri jeune (mu Rwanda) ubu uri umunyacubahiro senteur a vie akaba ariho wari uhiye guhereza imyaka yo kubaho kwawe mu buhungiro.

13.12.2016 à 05:55
nzovu

Mze karibu vyari bibabaje ingene wabaye mubuhungiro ukiri jeune (mu Rwanda) ubu uri umunyacubahiro senteur a vie akaba ariho wari uhiye guhereza imyaka yo kubaho kwawe mu buhungiro.

13.12.2016 à 05:55
nzovu

Erega umurundi wese yahunze ahenzwe nababiligi na Kagame atashe arisanga mugihe atazanye akarwanisho.
Gusa igitigiri nabakoze amanidufise ubutungane burakirindiriye maze baburane batsindwe canke bambikwe izera.
Muburundi uwukoresha akarimi turamureka, ariko akoresheje akarimi akagerekako ikirwanisho cokwica abarundi uwoturiruka nawe mpaka nibirenge bikamushuhana.

13.12.2016 à 03:50
Kanyosha

Natahe Guko Umugore subiye Kumugabo Ntibamuseka .

12.12.2016 à 22:41
Nema

Abarundi,dusenyerara Kumugozi.Umwe Arabe.Atazenye.Amacakubiri Kuko caratuvunye

12.12.2016 à 22:16
Nimbona-emile

Nn Ivyarivyatumy Agenda Vyahez.

12.12.2016 à 21:42
Arfan

NA BASIGAYE NIBAZE BASABE IKIGONGWE ABARUNDI NIMANA NAPREZIDA WACU AFISE IKIGONGWE AZO BAKIRA

12.12.2016 à 20:19
NIYONKURU

nibagaruke kukontawariyarabirukanye.kandimpungurwaha yakimajij amaguru kandingo amaz arashuha ntiyibagir ibumbeho.

12.12.2016 à 20:16
nsaguye andré

Nonekoyagarutse Azikovyaheze.???Emwe Ivyuburundi Biragoye ???!

12.12.2016 à 20:08
Ndayisaba Eric.

NIBAZE MUBURUNDI NI NYABAGENDWA NONE NTIYABONYE KO YARI YAHUNZE UBUSA !

12.12.2016 à 19:50
IREMA MAWAZO
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.