IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe CNDD FDD wahimbaje imyaka itatu iheze Petero NKURUNZIZA ashizwe (...)

Umugambwe CNDD FDD wahimbaje imyaka itatu iheze Petero NKURUNZIZA ashizwe imbere

jeudi 26 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Ibirori vy’uguhimbaza iyo myaka itatu iheze biriko bibera mu ngoro y’umugambwe CNDD FDD ku rwego rw’igihugu, bikaba vyatangujwe n’amasengesho y’ugushikira Imana.

Ayo masengesho yitabwe n’abatwara umugambwe CNDD FDD ku rwego rwo hejuru, aho twotangurira ku mukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA umukuru w’inama y’inararibonye za CNDD FDD, akaba aheruka kugirwa "Imboneza yamaho" muri CNDD FDD, umunyamabanga mukuru w’uwo mugambwe ku rwego rw’igihugu, indongozi zitandukanye z’uwo mugambwe ku rwego rw’igihugu, abashikiranganji batandukanye bakomoka muri uwo mugambwe, hamwe n’abandi bashinzwe amabanga atandukanye y’igihugu, bo muri uwo mugambwe.

Ayo masengesho yatunganijwe ku civugo : Twibuke kandi dushime ivy’Imana yakoze.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.