Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe MSD urashima ivyashikirijwe n’umurwi ukora amatohoza ku (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe MSD urashima ivyashikirijwe n’umurwi ukora amatohoza ku (...)

Umugambwe MSD urashima ivyashikirijwe n’umurwi ukora amatohoza ku Burundi

samedi 17 Ruheshi 2017

Mw’itangazo umuvugizi w’umugambwe MSD yashize ahabona kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2017,umugambwe MSD umenyesha ko bitakiri ikinyegezwa ko hari amabi akorwa mu Burundi, kandi agakorwa n’abari mu butegetsi n’abajejwe umutekano.

Muri iryo tangazo ,umuvugizi w’umugambwe MSD avuga ko kwankira abahinga kuza kugira amatohoza mu Burundi bitazobuza ko amabi ariko akorwa mu Burundi amenyekana.

Umugambwe MSD urangiza uvunira akagohe abarundi ko ibidakorwa batotinya gushira ahabona no gutanga ivyemezo kuri uyo murwi ukora amatohoza ku Burundi .


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.