IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe MSD watanze intererano ku ngorane za poritike ziri mu (...)

Umugambwe MSD watanze intererano ku ngorane za poritike ziri mu Burundi

mardi 10 Gitugutu 2017

Mw’ikete uwo mugambwe wandikiye abanywanyi bawo, umenyesha ko waryanditse mu ntumbero yo kubamenyesha ko umugambwe MSD uzokora kugira Uburundi bube igihugu c’iteka n’itekane.

Muri iryo kete, umugambwe MSD umenyesha ko urupapuro rw’inzira washize ahabona ari nk’intererano abegwa n’ingorane za poritike ziri mu Burundi bokorerako kugira Uburundi buronke amahoro arama.

Umugambwe MSD uranguza usaba abnywanyi bawo kuguma bitunganije kuva ku nzego zo hasi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.