Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe RANAC wiyandikishije kuzokwitaba ukwiyamamaza mu matora (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe RANAC wiyandikishije kuzokwitaba ukwiyamamaza mu matora (...)

Umugambwe RANAC wiyandikishije kuzokwitaba ukwiyamamaza mu matora y’ibwirizwa nshingiro

mardi 3 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Aloys BARICAKO arongoye umugambwe RANAC yamenyesheje ko biyandikishije kugira bazoje mu bikorwa vy’amatora, kuko mu mategeko ngenderwako y’uwo mugambwe hasanzwe harimwo itegeko ribuza gusiba amatora.

Ku vyerekeye ugufatwa kwiwe guheruka mu misi iheze, Aloys BARICAKO yavuze ati : "Vyaranshikiye nivyo ariko nta muntu bica intege, ikibwirizwa ni ukugira inguvu kugira tugwanire intwaro rusangi kuko ituma igihugu gitera imbere."

Aloys BARICAKO yavuze ko kubera idosiye yiwe itarahera atari vyiza kuvuga icatumye afatwa ariko yemeje ko ivyatumye afatwa harimwo ivya poritike akora.

Uwo arongoye umugambwe RANAC yasavye ko urubuga rwa poritike rwugururwa kuri bose.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.