Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Umugwi ujejwe guhindura ibwirizwa nshingiro ntaco uzofasha mugukinga ihonyabwoko (Video)
Yanditswe taliki ya 29-11-2016 - isaha 06:38' na IGIHE

Umugwi ujejwe guhindura ibwirizwa nshingiro ntaco uzofasha mugukinga ihonyabwoko mu Burundi

SC : Tele renaissance

Ivyiyumviro vyanyu

Muburundi ntahonya bwoko rihari

3.12.2016 à 06:22
jonathan nitunga

none muburundi hariho nyabwoko ico nikinyoma ababivuga nabasi bamahoro bashaka zantwaro zancami izo tukabatwarazisezereye mbega ? kobishe ndadaye babivuze kwiki ? ntega namarangara kobishe babivuze kwiki umukuruwigihugu yapfiriye mugwanda kobinumiye abo nabazungu sha baduteranya kubera ubutare bwacu

30.11.2016 à 08:48
Nzambimana

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.