IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Umukuru wa CNC asaba abamenyeshamakuru kugendera akarangamutima ku (...)

Umukuru wa CNC asaba abamenyeshamakuru kugendera akarangamutima ku mwuga

Thursday 4 October 2018, by vianney

Mu nama yatunganijwe nurwo rwego kuva kuruno wa kane igenekerezo rya 4 Gitugutu umwaka wa 2018,umukuru wa CNC Nestor BANKUMUKUNZI yamenyesheje ko iyo nama itunganijwe mu gihe haheruka gushirwaho itegeko rishasha rigenga abamenyeshamakuru,hari igikorwa co gutanga ikarata ku bamenyeshamakuru hamwe nuko abamenyeshamakuru bariko bitegurira kuzokurikirana amatora.

Nestor BANKUMUKUNZI yavuze ko ibizokwigirwa muriyo nama bizofasha guteza imbere ikigo CNC hamwe no guteza imbere umwuga wo kumenyeshamakuru.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.