Accueil > Amakuru > Poritike > Umurwi CENI washize ahabona umunsi wo kwiyamamariza ibwirizwa (...)
Umurwi CENI washize ahabona umunsi wo kwiyamamariza ibwirizwa nshingiro
dimanche 8 avril 2018
Umurwi utegura amatora CENI umenyesha ko abazoja kwiyamamariza amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, ari imigambwe hamwe n’inani ziyandikishije mu murwi CENI.
Amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ategekanijwe kw’igenekerezo rya 17 Rusama 2018.
MUGISHA Van Naris
Messages
9 avril 2018, 10:44, par Cimpaye LANDRY
bandanya mutama gutunganya ibikorwa.uze wihoze cnared yabuze imbwa nimbwebwe izotahira kuba abacengero babaxungu !
9 avril 2018, 23:12, par niyokwizera Renovat
Natwe tuzokwitaba kuko nikuneza yacu niyigihugu cacu