Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi CENI watanze ikiringo co kuraba ko abazokwitaba amatora banditswe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umurwi CENI watanze ikiringo co kuraba ko abazokwitaba amatora banditswe (...)

Umurwi CENI watanze ikiringo co kuraba ko abazokwitaba amatora banditswe neza

samedi 31 mars 2018

Umurwi wigenga w’igihugu utegura amatora ku rwego rw’igihugu CENI, umenyesha ko ico gikorwa kizobera aho umwe wese yiyandikishirije, mu bice bitandukanye vy’igihugu.

Umurwi CENI uhamagarira abiyandikishije bose kugira bazokwitabe amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, kuja kuraba ko banditswe neza.

Amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, ategekanijwe kw ;igenekerezo rya 17 Rusama 2018.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.